#kellyna est très intelligente vraiment même sa manière de s'exprimer est ouverte aussi sécurisé 😊avec beaucoup des conseils pour la génération future, c'est vraiment formidable 👍courage pour ta propre carrière 👏
@lostboy2608
Ай бұрын
Africa biratugora kumenya signes zerekana ko ari depression kuko nubuzima bwa buri musi kuri majorité, déja ni depression
Akaba yabeshe pe. Abantu benshi barataye umutwe cane kandi babigendana ukwo. Ingo zo ni ikindi kibazo, kandi biva ku kutigana neza. Ukwiga mvuga si kumenya ivyo uwundi ari kuko umuntu ntahera kwigwa, ahubwo ndavuga kumenya uko uwundi ari kugira umenye uko mubana gusa.
sha ivyavuze nivyo cane pe abana barabona abangenzi beza baba vyeyi natwe aba mama turabona ningonga abangenzi babi kubana bacu ivyavuze ndavyemeye pe 90/100
@rukundovibe3341
Ай бұрын
🔥🔥🔥🔥
@manirambonaemeryhasta3739
Ай бұрын
Tekana baracabasambanya baracariko.
@PacifiqueIrambona-gh1dd
Ай бұрын
Uw mu dada araciye ubwenge vrmt
@startv257.
Ай бұрын
KARABAYE😂😂😂😂
@jeanclaudentakarutimana4619
Ай бұрын
Kelina ufise ijwi ryiza. Juste Gaël nube ufata akanya ko Ku reagissa kuma commentaires yababywanyi please
@Pontien-dy7lr
Ай бұрын
@@jeanclaudentakarutimana4619 ico nico ariko hariko commentaires nawe ari wewe ata réaction wozigirako!!!kk hari ababifata nkimikino ariko Bury harya umwe wese agenda akuramwo akamukozeko!!!
sha ivyavuze nivyo cane pe abana barabona abangenzi beza baba vyeyi natwe aba mama turabona ningonga abangenzi babi kubana bacu ivyavuze ndavyemeye pe 95
Пікірлер: 47