ikiganiro ciza sn, Big Up cane🙌🙌, mes sœurs kweli murazi kuryosha cane ikiganiro, watumiye abantu batera inkuru sn Juste Gaël, na félicitations pr ton mariage na Dodo✨✨🌟🥂
@NadineNininahazwe-jf9up
6 ай бұрын
Nici muvuga ukuri bakobwa murongorwe kare batabavanga
@evaristebukuru1045
7 ай бұрын
MPa numéro ya juste tuvugane
@MupenziKassaj
2 ай бұрын
Tuba tugukurikiye mu rwanda papa❤
@maggykwizera8765
7 ай бұрын
Mwashats kutwerekaa KO bafis boutique yama perruq
@leecharon
5 ай бұрын
😂😂😂😂 Ligalas ni abakire 😅
@msn-zv9oe
7 ай бұрын
Uyu mu môme yabuz umu chri ari soooo funny😂😂😂😂😂
@apprentissageniyongabo3916
7 ай бұрын
Abo bitumire baratwenza pe.😂😂😂😂 Félicitations shaaa Juste Gaël pour ton mariage.
Пікірлер: 71