Sabin! Bwira umutumire wawe ko akoze cane gushima. Twese turibamwe n Imana yarabishimye iduha ururimi rumwe. Vive la fraternité entre le Burundi et le Rwanda. Giti! Congratulations
Uwabnye sabin muri lunette za Git ampe twa tuntu🤣🤣
@ahishakiyearlene585
Жыл бұрын
Nariii ngukumbuy Junior Giti reka ntor agateb mb nditwengera😂😂❤
@JolesAkingeneye-nn4dm
Жыл бұрын
Love from Burundi
@gloriosenduwimana2280
Жыл бұрын
Turaraba Isimbi tv caane mu Burundi
@noellambazumutima3585
Жыл бұрын
Ariko sabiin muze mwandika titre zijanye nikiganiro muba mwakoze. Murakavya Aho wanditse ngo abarundi twarabipfuye umengo jiniori giti nagirango harico bamugize ariko numva yahabaye amahoro atangorane usivye iyo modoka yapfuye. Uburundi ugwanda turi bamwe naho mwaza n'amaguru ntangorane amahoro ni yose. Ni karibu iburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@umutoniclaudette-qg3ts
Жыл бұрын
Yego title ntago Wenda Ari sawa ariko nawe urebe title ziri kuri channel ya Landry promoter (hit top tv) ntago ziriya title Ari nziza so don't complain dear
@Noreen1523
Жыл бұрын
Nibyo! Rwose baba badusebya nkabanyarwanda
@emmyclanks52
Жыл бұрын
Abobantu ni abatubuzi cyaneee twese barabidukora
@business7224
Жыл бұрын
Love from Burundi 🇧🇮 -Pays-Bas Ubundi nkukunda cane ga Junior kiki se waje iwacu ukagira ivyo bibazo simbimenye? Uziko ivyanje Vyari vyari rwawe? Love From Burundi NL ❤
@uwaselouise5993
Жыл бұрын
We love you so much junior ❤❤❤
@jeanblackndayizeye8329
Жыл бұрын
Love from Buja
@phildenkuriza5323
Жыл бұрын
Juni iyo mibare yawe ifite logique, imodoka wakoresheje ntawayikwishyuriye niba tuze, nta mpamvu ya gaspillage 👍
Uriya muntu usaba umushinga wo gukora,akasaba minerval numuntu umwe muzagenzure comment ze ama chanel menshi abishyiraho numutekamutwe tuu.
@douglasbahizi7336
Жыл бұрын
Ndi umurundi ndiko ndakurikira Isimbi TV
@user-bj3iv1wi4o
Жыл бұрын
Wubahwe junior giti ❤❤
@nijimbereprosper6114
Жыл бұрын
Sabin, wewe watanguye uri professionnel ariko ubu usigaye utwagwa ijana muma critiques y’abantu ugasanga uriko ura provoca abatumire bawe kuvuga nabi abantu soit bankana entre eux, canke ukabatuma bavuga abantu udakunda. Reka rero ndakugirinama, be professionnel like how you in the beginning. Kandi ivyo ndabikuye kumutima kubera ndakunda insimbi tv, kandi nawe ndagukunda. Ndumufana kuva muta gute gushika nubu. Ndi Umurundi aba Toronto Canada kandi ndi very sure ko nzoza i Rwanda kandi nzoca kuri isimbi n
Uzoshinge youtube channel yawe uzoze uravugirako uko ubishaka. Guca ku isimbi si automatic kuba uba Toronto ntibiguha uburenganzira bwo guhabwa audience kuri isimbi TV.
Sabin wanka Abarundi pe Ariko nuburenganzira bwawe dii Iyo titre Iteyubwoba nukuri.
@User.k146
Жыл бұрын
Ubwo c Title ihuriye he no kubanga?🙄
@gygygyslaine5016
Жыл бұрын
Mukavya ibintu🙄 ntimumenyereye ikibavyo muri title
@bikorimanaanesie426
Жыл бұрын
Murakoze gukunda abarundi natwe turabakunda
@julesniyomukiza
Жыл бұрын
Love from 🇧🇮🇧🇮
@tuyizereconfiance
Жыл бұрын
Ok ingoma araduhaye sasa garuka muri movie cyane cyane uhere kuri series ya Night Agent
@devotednd6005
Жыл бұрын
nom Personne qui soigne les affections des pieds. 2. nom féminin Ensemble des soins esthétiques des pieds. Pédicure et manucure. Bonjour Sabin urakunzwe cyane iyo ni Définition uzabihe junio Pédicure pour les pieds na Manicure pour les mains ✋️
@berize-zu7mo
Жыл бұрын
❤❤❤
@zencyuzuzoofficial2609
Жыл бұрын
Giti rekana nabo na nyakubahwa Paul kagame ajya UG akagenda nimodoka none bari kwaya bavuga ubusa
@hhhhhhhh5749
Жыл бұрын
Agenda mu modoka se koko ? Ubwo Rwanda Air yaba imaze iki ? Idatwara nyirubutaka ?
@lolitaimena9782
Жыл бұрын
@@hhhhhhhh5749 nonese kuyigendamo bitwaye iki erega abafite NTA bikabyo bagira nonee Museveni we ubwo aheruka ntiyaje ni modoka usanzwe ibyo nta birenze
@nijimbereprosper6114
Жыл бұрын
Jewe ndi Umurundi aba Toronto Canada kandi ndipfuza gu a mu Rwanda nkakora ikiganira ku Insimbi
@dorotheuwamaria5107
Жыл бұрын
Uzaze rwose tuguhaye ikaze mu Rwanda rwa GASABO 👏👏👏
@bertinmudacumura8122
Жыл бұрын
Nikaribu uhawe ikaze cyane
@umutoniclaudette-qg3ts
Жыл бұрын
Uzahamagare number za Isimbi tv uvugane na sabin
@umutoniclaudette-qg3ts
Жыл бұрын
Uzahamagare number za Isimbi tv uvugane na sabin
@vanessa-vavandikumwenayo2757
Жыл бұрын
Hakimu tworeka kumenya gute ga Sabin? Turamuzi kweri🤞
@IrutingaboSaido-mx6fq
Жыл бұрын
Love from burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Sabin arik aho winyegereje uza nyeguruka ryari??
Пікірлер: 129