Banyafurika mureke kumarana mwubake Afrika mushyize hamwe jye mbifurije amahoro kuruta intambara n'iterambere ku baturage bacu twese ,muzibuke ko iyobAfrica itakaje umuntu iba igenda icika akaboko.Love Africa left conflicts.
@OlivierNkurunziza-jg5vd
4 ай бұрын
Hhhh Gentil Gédéon wewe watinye kuvuga ingabo z'urwanda mugishi go c'ingabo z'abarundi.Utinya KO Kagame akumerera nabi ugahitamwo kushigikira m23
Urafise ivyemezo? Ko umenga ubivuga nkaho ariyo uri? None ko utavuga ...
@DjamySaid
4 ай бұрын
Jya kuri X urabobona bro biteye ishavu.
@alfredkenniyibigira4165
4 ай бұрын
@@DjamySaid Ntaco noja kuraba kuko abavyandika bafise ico nashaka gushikako, n'intambara ya Ukraine na Russia batubwira ko abasirikare ba Russia bashize ariko ntaho turabona Ukraine yakuye Russia rero nivyo ababivuga bafise inyungu zabo
@ClaudeHimbaza
4 ай бұрын
😢😮😂😢😂😂😂 ngo wayakuye kwa Pacifique Nininahazwe⁉️🤦konzi agaramye🛌 mu bubiligi yashitse kuyatohoza muri congo
@monkodyna682
4 ай бұрын
Nari nzi ko uri umunyamakuru wigenga ariko maze kubona ko nawe usigaye utamikwa ibyo uri butangaze.
@enocknini2006
4 ай бұрын
Yanka kuba nka KOFFI , ariko yabivamo burundu niyo nama namugira
Umva sha Gédéon,pour ta crédibilité ja uravuga amakuru yahandi ushobora kuvuga muvuri, ayo mu karere uyareke kuko ntushobora kuvugisha ibiri contraire au pouvoir rwandais!!! Tout le monde vous connais, vous ne pouvez plus mentir à personne
Пікірлер: 110