Abo mw'Idini rya #Islam bo mu #Burundi bifadikanije kuri uwu wa 13 Rusama 2021 n'abandi bo kwisi yose mu guhimbaza umunsi wo kurangiza ukwezi kw'amafungo ya #Ramadan. Sheikh Iddy KABANO arongoye aba Sheikh bo mu Burundi ahamagarira aba Islam gushigikirana, gufashanya no gukura amaboko mu mpuzu bagakora ibikorwa vy'iterambere mu gushigikira ibikorwa vy'indongozi z'igihugu
Негізгі бет Abo mw'Idini rya
Пікірлер: 9