Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts
Негізгі бет 🩸AMARASO YA YESU AFISE UBUBASHA BWO GUHINDURA UMUNTU AKABA MUSHA_Past Missionnaire KAZUNGU
No video
Пікірлер: 8