Amatunda ngo arashobora gukunda ahantu hashushe nk'Imbo n'ubwo vyari bimenyerewe bayatera ahantu hakanye. Ivyo bivurwa na Astère Ndabadugaritse umwe mu barimyi bo muri Komine #Mpanda ariko aragerageza ico giterwa c'amatunda.
- Күн бұрын
Amatunda ngo arashobora gukunda ahantu hashushe nk'Imbo
- Рет қаралды 962
Пікірлер