Igihe cose inyota y'Imana yama iherekezwa n'ugusukwa kw'ubwiza bwayo buzanana n'ubushobozi bukiza bukongera bukabohora. Ni ibihe nk'ibi Ijambo ry'Imana rivuga ngo Ntihaba hakiriho umugore canke umugabo, uwagenyerewe canke uwutagenyerewe,... kuko ubushobozi buhebuje buba bwarengeye inzavya z'ibumba kugira vyose vyitiriwe Imana yonyene.
►Woba ufise intahe twandikire kuri: +257 79 006 007
►Follow Us:
Instagram: / aletheiatruthre. .
Twitter: / aletheiatrc
Facebook : / truthreveale. .
Негізгі бет ANNUAL WOMEN CONFERENCE 2023 | CROWN THE CITY | Pastor Modestar Sweeney
Пікірлер: 10