Babwire past uvuzukuri barabure 😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪
@sssrddf8053
8 ай бұрын
Nkunda ukuntu avuga ukuri pe❤❤❤
@DorineDusabe-m9g
8 ай бұрын
Gael uriko urabazako uronse amafaranga ub uronse umugore?umugore atangwa n'Imana.uramusengera😅
@JoselyneMunezero-oe9gs
8 ай бұрын
Gaélique juste mudusabire aka audience
@nsanzimanafilippe7212
7 ай бұрын
Ubukwe bwubu n'ikinamico usanga abo twakita imfura ziba ziganira mu gusaba usanga ari ibihomora gusa byagera ku musore n'umukobwa bo usanga ari utu marine twigendera 😊
@kamaroderrick6859
8 ай бұрын
Yaviriyimbere ndakeee ,😂😂😂😅😅😅
@ndikumanadiane3684
8 ай бұрын
Babwire babwire Gaël naw wumve umurwi urimwo😂😂😂
@user-28Gerardineakimana
8 ай бұрын
Umwijogonyoro urishe beshi pe
@user-nf1pw4ls8k
8 ай бұрын
Kwel jew ndakwikundir apôtre wacu
@vyisijean7065
8 ай бұрын
Shimwa yesu
@alainchristianirambona6641
8 ай бұрын
MBAYAHAGA🌷❤️
@user-pg1ed3yj8e
8 ай бұрын
😂😂uyumsza Ari kucango
@salumsalum5712
7 ай бұрын
Ariko Bizuku arantesa😂😂😂
@Balalacanasi_
8 ай бұрын
Sinarinzi meaning yo gutwikurura😅😅…kuko nama mbona iba le même jour gake vyaba le jour suivant…
@kevinnsabimana3788
8 ай бұрын
Gael hopfuma wewe apana Siren vbz azana abantu bigisha divorce ko Ari ibisanzwe 😅
@PacifiqueIrambona-gh1dd
7 ай бұрын
Uwo mutama avuze ukuri kuzuyeee.
@kevinnsabimana3788
8 ай бұрын
Hari abakobwa baba muri irya home iri kuri St Michel bita kwa buyoya,la plus part bava ruguru,ruyigi,cankuzo,kayanza,nibo bihakana iwabo unababwiye ko bava ruguru ntimusubira kwumvikana,bihakana nabavyeyi babo
Пікірлер: 67