Félicitation benise kuba waratsinze kwizera niko kwamber kandi kurarema
@Akamkam-i4b
3 сағат бұрын
Imana nukuri idufashe ntihazogire uwupfa Imana itubabarire Jew ndamufisseko ubuhamya nubwo atavyibuka je ndamushingira intahe nubwo beshii batamwemera ntamafr yampaye ntayo narinkenye mais yaransengeye anambwira ibintu bitako biraba
@rebeccantanyungu6412
Сағат бұрын
Benise,ndagukunze cane.Igituma mu Burundi ata bitangaza biba nuko beshi,batizera. None Yesu ko yazuye Lazaro yapfuye yonanirwa kubuza urupfu? Abo bapinga ibintu Prophete Modeste yavuze kimwe bamufitiye ishari ariko ico bihendako nuko batibukako Imana ishoboye vyose guhagarika urupfu rw'umusi umwe vyoyinanira.Beshi bibwirako urukurwanya Prophete Modeste ariko ntibaziko bariko barwanya Imana kuko Prophete Modeste ntavugako ari kubera ubushobozi bwiwe buzotuma ata muntu azopfa le 20/10/2024. Naho hogira uwuzopfa kubwa Modeste Imana izoguma ar'Imana.
@alphonsineuwamariya1704
2 сағат бұрын
Benise ilove you more❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@BernardineTuyisenge-kv4xb
21 минут бұрын
Hosy je reka nitwengere😂😂😂😂
@BukuruClaudine-uz2jy
2 сағат бұрын
I like ur confidence madam Prophet May God bless your couple💖🙏
@Lukns558
2 сағат бұрын
Ndakunda cane ingene uyu mudamu ari umunyabwenge mu nyishu ziwe. Ndakurikira cane ibiganiro arimwo even before y'uko aba muka Prophet Modeste. Prophetic ministry canke abakozi b'Imana bakorera muri les dons de puissance biragora abantu bamwe bamwe kwakira ivyabo kuko bakuze bazi ko shetani ari we akora ibisigabwenge gusa.
@muhozaghyslaine2107
3 сағат бұрын
IMANA iracakora ndizera ko ibitangaza bizokoreka❤❤
@kenytrainamahoro4484
3 сағат бұрын
Hallelujah .
@BukuruClaudine-uz2jy
3 сағат бұрын
Nice one
@angekantungeko939
Сағат бұрын
Courage chere Benise Uri Esther wo mugihe nkiki!!
@kevinblessing76
4 сағат бұрын
We love you
@rebeccantanyungu6412
57 минут бұрын
Yesu yarivugiyeko abazomwizera bazokora ibiruta ivyo yakoze Kandi muvyo Yesu yakoze yarazuye abapfuye.Ijambo ry'Imana ritubwirako uko Yesu ari ariko turi hano kw'isi(1Jean 4:17) Mu bisanzwe abarundi beshi bitwa abakristo ariko nta vyamwa bigaragara kuko ivyo badatahuza ubwenge bwabo bavugako bidashoboka. Nta kwizera bafise Nico gituma tutabona ibitangaza. Ikindi bagabanye amashari. Guhakana ubushobozi bw'Imana nukurogota kuri Mpwemu Yera. Umufasha wa Prophete Modeste Imana ikwagure
@guyjuniormugozi3653
2 сағат бұрын
Mukomere cane mu.bikogwa vy imana
@AnnociatteUwiteka
Сағат бұрын
Modeste turagukunda
@ArianeIngabire-wh6yj
3 сағат бұрын
Oya ma soeur naho uri umwana w-umurwizatunga,sha iyakire wararuguyemwo warongowe n-umutekamutwe pe😂😂
Ndafise akabazo gatoooooya mbaza Madami Modeste. Mada uremera amabwirizamwa 10 y'IMANA? Nimba uyemera yose uremera ko gusambana ari kurenga ibwirizwa? Iyo usambanye usanzwe uri n'umukozi w'IMANA ntiwumva ko vyogora abantu b'Imana ko bemera ibiriko biravugwa n'abana b'IMANA? Muzonyishure muzoba mukoze
@ambassadorprophetmodeste
Сағат бұрын
😂😂😂Duga kwijambo uvuge ico ushaka kuvuga mugenzi canke ureke ndagufashe Bavuga ati “ thou shall not commit adultery” meaning kirazira gucanamwo, kurenga ama go, les 10 commandement de Moise. Kandı ndavyubahiriza.
@minaniempphilbert5454
3 сағат бұрын
Haaaaa
@vvillaxo
3 сағат бұрын
Erega ntimutangare na satani afise imbaraga zikomeye none ntimubona ko p diddy ko yarakomeye cane ariwe yatanga ubu star namafranga nukuri ntagitangaje vyoshoboka
@erickirakoze2065
4 сағат бұрын
Ati womufungiki??icokigabo cawe cikibwa kitazi nokumoka cihende hapfumuntu nubuhiri
@SindayigayaDeo-ox8bx
3 сағат бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@inesiradukunda3898
2 сағат бұрын
Ikibwa kimenya ikindi nawe urikibwa
@kg7285
Сағат бұрын
Oya nanje ndarindiriye muma millioni yabantu muburundi ugiire umbwire ko kumunsi muzi abapfa?? C’est pas que tutemera ariko il faut regarder la realité. Bible nayo yanditwe nabantu. Muri africa baratwogeje cerveau nimba arikubera ubukene sinzi bararubuza kwiyumvira ngo ja muri bible
Пікірлер: 84