Turasubiriye kubaramutsa abantu bose bariko barakurikirana intahe ya Joselyne. Abayitanguye mwese mwagumye mudusaba ko tubaha ibice bikurikira twabumviye. Ubuho iki gice nimba mufise amarira ari hafi mwitege ko bitaza kuborohera na gato.
turabaha suite mutubwiye muma comment ko iyi muyihejeje. Turabakunda cane,
Ubuzima rimwe rimwe ntibuba bworoshe ariko nta mvura idahita.
#Intaheyubuzima #+25769600146
Негізгі бет Birateye ubwoba ubu🥶|yagiye kw'ijini ry'umugore ryihindura umugabo|hakorotse inda zitatu😪|ewe Jojo😭
Пікірлер: 45