None mwumva hasigaye iki nabo bamanike uwishe nawe azokwice
@nzomwitaadolphe3869
3 ай бұрын
Reka dushime ko Bruce abamwishe babonetse! None mu myaka icenda abantu bicwa, iyo niyo enquete yonyene igizwe igizwe ku bwicanyi buba iminsi yose! Abandi bishwe na nde? Le ridicule ne tue!!
@@blackmamba2508urubuze inkware ruvumbukana igihuna Niko babivuga mu Burundi abarundi sinzi Ico bapfa nu Rwanda ariko yaba yari umuhutu atwara u Rwanda baba bacuditse je sinzi ryari amacakubiri azova mubantu
@chadracknihorimbere7278
3 ай бұрын
@@yvettekaneza4385 nn ivyo vyabahutu navyo ubivundurukanye heh ??? Muzokwicwa nintuntu??
@yvettekaneza4385
3 ай бұрын
@@chadracknihorimbere7278 sije nabizanye birazwi KO umututsi yankwa Kagame iyaba Ari umuhutu uburundi ntibuba bumwanka
Пікірлер: 60