Abarundi bakorera mu mahanga bagiye gushinga mu Burundi ibanki izohora iborohereza, amafaranga akenewe kugira itangure akaba ashika imiriyaridi 12, umutahe umwe ukazogurwa 1.200.000.
- 2 жыл бұрын
BUDG Bank| Birashoboka ko mu myaka mike Uburundi bwomera nka DUBAI
- Рет қаралды 1,367
Пікірлер: 12