Je suis guinéen, je vis avec des burundais . Vraiment cette chanson m'amène loin. Vive l'Afrique
@leilaprinciaishimwe191
10 ай бұрын
This song test the level of everyone's nationalism, I miss my country so much😭😭😭 i am studying and i will serve you🇧🇮 patriotism in my heart, forever for good and more
Waribarutse imfura nyazo! Icompa Abarundi bakibuka ico bari!! Ben Khalfan, Rumaliza kuri twebwe, yaraje asanga ntirwitaha! Asubira inyuma. Ahura n'Abadagi, ati reka reka ntimudugane Tanganyika!! Ati ntibabasiga! Baraduga basanga ntivyoroshe!! Chaka Zulu aragerageza, ingabo ziwe zaguy muri za Ruyigi ntiziharurika!! Izindi zifatwa mpili! Abadagi basutamitse Europe yose, baricaye, baratera umukono ku mpapuro I Kiganda plus exactement! Igihugu c'imfura!! Kuki twibagira? Kuki ducanamwo kandi turi hamwe tujugumiza amahanga yose?? Iyi ndirimbo nibaza ko ntazopfa ndayihaze! ❤
@jaykar-issa706
Жыл бұрын
Indirimbo inyibutsa papa ayituririmbira mu buhungiro ataritaba Imana. Finalement narashitse mu Burundi pour la première fois mvutse à 40 ans. Papa aho ari aranezerewe kubera carico cipfuzo ciwe kudushikana mu muryango wiwe. Je suis fier de l'être!
@justindushime2899
Жыл бұрын
Ndi umunya Rwanda ariko shimishijwe namateka yawe
@niyakhalid5650
4 жыл бұрын
Ninde akibuka 5h du matin???? Ampe like
@maishacenter-eastafricatv3976
Жыл бұрын
Yes, jewe ndi umurundi, uBurundi Bwaramvyaye, naho turi guhangayika tuzotaha Imana Ituzigame🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@samuelndayikengurukiye-yz2xz
Жыл бұрын
Ntuz wibagir igihug cakwibaruts!!!
@nkurunzizayves751
Жыл бұрын
This song will survive forever and ever in the hearts of burundians ⛹️⛹️
@MrPhronesiswisdomful
7 жыл бұрын
Gahugu kanje keza nakunze Kama ku mutima Uri gatoya ufise ubutore Be n‘intwaro y‘intwari Urampimbara ntaco noguha Nkwipfurije vyinshi R/ Ni urambe usagarare Waribarutse imfura nyazo Ziharanira amajambere Nta murundi w’umutima Yovyibagira Senga ry’insangi riva ku Mana Kamwa amata n’ubuki Warahahajwe, urahenagurwa Mpore ntiwatemvye Iyakuremye n’ikuzigame Ntuzogwe mw’isanganya R/ Urangwa ku mutima wa Afrika Iteka n‘ itekane Abo wavyaye urabegeranya Nta murozi, nta mwansi Azokwigera ahirahira Ngo agukore mu kwaha R/ Ewe Burundi abatakuzi Bazotira akarembe Bave kw‘ihanga bagane iyo uri Wewe karaba uhore Bazova iwacu Bata amacumu baririmba bati : R/
@celestenubahe9709
4 жыл бұрын
Merci pour les paroles!
@shaniachanceline2751
4 жыл бұрын
Nivyo aka karirimbo keza nanje ndakibuka mu gitondo kare Niko kamvyura pe nubwo ndi mu mahanga uburundi bwama ku mutima ndagukunda Burundi urakoze mu ririmvyi wakaririmvye katwibutsa vyishi 🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🇧🇮😍💗💓💖
@Ntwri
3 ай бұрын
En 2024 cette belle chanson berce toujours nos coeurs♥♥♥
@StrongMann-v3g
11 ай бұрын
RIP my mom you used to teach me this song😢
@jacqueshabumuremyi-si9oz
2 ай бұрын
Be strong hope u'll see her again❤❤
@ericteacher8309
2 ай бұрын
Cette chanson a certainement marqué mes vieux temps. Mon grand frère me l'a appris dès mon bas âge
Пікірлер: 96