R/Mariya muvyeyi dukunda twese abawe turakwituye
Nudusabire k’umwana wawe amahoro se mvyeyi yacu
1.Ni we mutabazi w'abakristu,
twiherewe na Yezu
Noe rero Mariya mawe,
dukandir'iminsi yose.
R/Mariya muvyeyi Dukunda twese abawe turakwituye
Nudusabire k’umwana wawe amahoro se mvyeyi yacu
Mariya muvyeyi udukunda twese abawe turakwituye
Udusabire k’umwana wawe amahoro se mvyeyi yacu
2.Mugabekazi w'amahoro,
Muvyeyi mweranda rwose
Dusabire twebwe bononyi,
Ubu n'umunsi tuzopfa.
Негізгі бет Chorale Uno Corde - Mariya dusabire (Lyrics)
No video
Пікірлер: 30