#ubukwe #mariage #burundianmusic
Umukunzi mwiza ni indirimbo yo gushimira Imana ku vyiza vyinshi n'ubukwe bwiza Imana yadukoreye jewe Eline IRACAMPA n'umukunzi wanje Jean Pierre NDAYIKENGURUKIYE italiki 09/02/2019. Turemeza kandi turashinga intahe tuvuga duti MANA URIHO. Uri Imana ishitsa amasezerano. IMANA ibahezagire. Amen!
Yesu abahezagire cane bakundwa!
Kaze dusangire n'izindi ndirimbo z'Imana kuri runo rubuga
• Eline IRACAMPA - Bari ...
• Eline IRACAMPA - Mana...
• Eline IRACAMPA - Imiti...
Izi ni Indirimbo zo guhimbaza Imana, mushora kubona kuri KZitem mwanditse :-
Eline IRACAMPA
Urugabano
Mana Uriho
Umukunzi Mwiza
Imitima imetse
Inkomezi zo Gusenga
Gusenga
Gusenga Imana
Yesu arakora
Mon Berger
Yesu ni wangu wa siku zote
Mana Mana
Indirimbo za Noheli
Indirimbo zo guhimbaza Imana
Indirimbo zo mugitabo
Indirimbo nsha 2023
Ijambo ry’Imana
Burundi gospel songs
Burundi Music
#yesu #burundianmusic #burundianmusic
Muri "commentaire" kaze mwandike indirimbo mwakunze
Nanje mfise indirimbo nkunda kwumviriza :
Nina Siri | Israël Mbonyi,
Icyambu | Israël Mbonyi,
Jambo | Israël Mbonyi,
KUMUSARABA- Vestine & Dorcas |MIE Music
Umutaka - Vestine & Dorcas | MIE Music
Umubavu - Alvella Muhimbare
Sitasumbuka - Papi Clever & Dorcas Ft Merci Pianist : Morning Worship
Yesu Ameniokoa - Papi Clever & Dorcas Ft Merci Pianist : Morning Worship
Kamikazi -IMPANO(Official video)
KAMIKAZI-UBUGINGO(Official video)
N'izindi ...
Негізгі бет Eline Iracampa - UMUKUNZI MWIZA (Mariage)
Пікірлер: 26