«Ivyo Yavuze vyose Izobishitsa»: majambo meza yo kuremesha yaririmbwe n'abaririmvyi bo mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Kayogoro.
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Негізгі бет Музыка Erega Imana s'umuntu ngw'Ibeshe//Chorale Centrale - Église de Pentecôte de KAYOGORO
Пікірлер: 15