#Burundi: Fablice Manirakiza yasavye igisabo Umukuru w’Igihugu co kwemerera Abarundi baba mu mahanga #Diaspora kubaha uruhusha bakitunganya bakubaka isoko nkuru ya Bujumbura. Umukuru w’Igihugu yaciye asaba Abarongoye ikigo #OBUHA kijejwe inyubako rusangi kwicarana na Fablice Manirakiza bakavugana icokorwa kugira ico gikorwa kije mu ngiro.
- Күн бұрын
Fablice Manirakiza yasavye igisabo Umukuru w’Igihugu co kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura.
- Рет қаралды 24,028
Пікірлер: 66