Mbega abantu binjira mubuzima bw'umuntu baba bashinzw iki ,nibabe bareka guta umwanya binjira mubuzima bw'umuntu umwe wese afis uko abayeho kandi basiba kurima ntibasiba kuvuga ururimi rworwo Bari narwo courage Di Fanny turagukunda cane kandi ntaco bizohindura bihora ubusa🥰🥰🥰🥰🥰
@christiansindayigaya9927
Жыл бұрын
Ivyo uvuz Aho winjiy mubuzima bw'abantu !ham kuzi basiba kurima,wiriw uravugira iki?naw ako n'akarimi!abavuz Bose aha bihenze w niw uvuz ukuri ?? le monde est là pour nous juger et il faut accepter les critiques.ham ivyuvuga vyose ntutubwire KO une divorcée ar akarorero keza et puis akavugwa mukwiba umuntu amuhenze
Пікірлер: 226