Ooh Mon Korazon Je t'aime bcp❤ ariko nkubu mumpfuye agasoni mukampa na Like 5 basi mwobiki vrt! 🔥🔥🔥
@InesIgiraneza-md4rb
15 күн бұрын
😂😂❤
@Footballvideos1112
11 күн бұрын
Love 💕 from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 umpe like.
@munyamahorotrust5577
6 күн бұрын
Muraho neza nje hano kubabwira ko tubafitiye ama proteins meza cyane yongera umubyibuho byihuse Kandi atagira ingaruka kubuzima izo proteins zirizewe ku rwego mpuzamahanga uzikeneye nawe watugana Aho dukorera nyarugenge tukaziguha cg tukazikoherereza Aho uherereye hose Numero watuboneraho ziri muri profile yacu iyo irimwibara ritukura mwajyaho mugakandaho Mukazibona murakoz Cyane
@Footballvideos1112
6 күн бұрын
@@munyamahorotrust5577 igura angahe x iyo proteins
@elienshowOfficial
15 күн бұрын
Iyi indirimbo irikudukoma mumbari kwa innocent Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼❤❤
@egidelighttv1952
15 күн бұрын
Uwu muhungu azonatwica🎉🎉🎉 kuma hit song gusa. Kubemeranya nanje ko Dj Fernando akora hit ampe like❤❤
@umuzikimurundi257
15 күн бұрын
Another hit in town 🔥🔥 Stratégie DOCOMO mukazi kose 😂😂 big up sana @dj_Fernando uri mukazi kbx 🙏🙏mumpe izo like wana
@ezechielcreative1523
15 күн бұрын
😂😂😂
@charlesAkimana-tc5il
15 күн бұрын
Dj Fernando mista aye komera Can Mugabo ukomeze numugenzi wawe Gusto melanin bwoy umube hafi mufashanye muri rwarukundo jew ndabakunda nsinshaka Ko mureka gufashanya ndabasavye👏👏👏👏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💓💓💓🌹🌹🌹
@OdetteNiyibizi
15 күн бұрын
Yebabaweeee ndabuzico mvuga kbx
@OdetteNiyibizi
15 күн бұрын
Ndarengewe nukuri uyumuhungu aja kunyica.
@Zadig_Le_Juste
15 күн бұрын
Nimba uri ngaha muri 2099 menya ko nari ndahari muri 2024 iyi yari hit song ya mbere🎉
New kenyans🇰🇪 fan In the hause. I don't know understand the language but music 🎶 is a universal language. bt honestly I don't mind someone who can teach me Kirundi at All 🙏
@youngfmsjulen1017
14 күн бұрын
Welcome Eastleigh ,kikomba road 😅😅😅😅
@user-pb7zy7se5f
10 күн бұрын
@@youngfmsjulen1017 Tell me where to ride? I really want to know that language
@KhamissiNikha
14 сағат бұрын
You're welcome that language is very simple to understand
@djbambone1711
15 күн бұрын
Kbx barundi muze duhaguruk dushigikir umuziki wac mwiza kuk nurwaruk rwacu ruriko rubikor neza barundi duhagurukir umuzik mwiz wacu murek kuza mur Shira imber amajambo atunguk mr ayé turinyum yanyu nkumurw we love muzika God bless you Dj Fernando x mélanin bwoy❤❤❤
@IngabireTina-xo6sk
11 күн бұрын
Much love from Rwanda 🇷🇼 ndagukunda chr 💗🥰🙏
@munyamahorotrust5577
6 күн бұрын
Muraho neza nje hano kubabwira ko tubafitiye ama proteins meza cyane yongera umubyibuho byihuse Kandi atagira ingaruka kubuzima izo proteins zirizewe ku rwego mpuzamahanga uzikeneye nawe watugana Aho dukorera nyarugenge tukaziguha cg tukazikoherereza Aho uherereye hose Numero watuboneraho ziri muri profile yacu iyo irimwibara ritukura mwajyaho mugakandaho Mukazibona murakoz Cyane
@jeanmarieiradukunda9363
15 күн бұрын
Listening this hit with my wife. bro thank youuu ,and we love you in 🇷🇼🇷🇼
J'aime bien tes sons, t'as du talent. Toutes mes félicitations à toi 🫶🏾🇨🇮🇵🇹
@Jamsamisi022
6 күн бұрын
Abemera kari wambere muri game bampe like
@GerardNoritogera-jj7mh
15 күн бұрын
Dj Fernando urimukaz rek nub nkubwir iy songs igih kub hit kk mbon irerenz rek twiber mumunyeng w'urukund ♥️♥️💞💖✌️💋 Zambia
@mrfocuson
14 күн бұрын
FERNANDO I'm your fan everyday🎉❤ MrFocuson 🇧🇮
@Appo-pro
14 күн бұрын
Nice melody, lyrics, sweet message ❤️❤️ what a nice song!!
@Frandayboy
15 күн бұрын
Hit song uwemer kar hit anyiher like ✌🙏🎶🇧🇮🇧🇮
@utd_team_forever1251
15 күн бұрын
E yé ye ye ona na na na nanaaaaaahh🔥📍 #KozWeLoVeMuzzzzzz🚀🌏🔥
@JeanBoscoIranezereje-ui6gx
15 күн бұрын
Hit song 🔥🔥🔥🔥 gusa ntuduha vidéo ihinyanyuye neza
@njmdukore
15 күн бұрын
What a talent! Lyrics✅, Music✅ Video, inspiration ko creation ikunda avec peu de materiels meme🥰 Big Up Mista Aye. Abemera ko Frnando abirimwo neza mumpe izo like
Hit song fernando tumuhe amashurwe yiwe kbx🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ham abumva kayakwiriye mumpe like kbx
@KGL_250
10 күн бұрын
All the way from Kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼
@alainguystephanensabimana5040
13 күн бұрын
Ninde yoba amaze kuyumviriza incuro nyinshi nkanje? Big up Fernando
@DOUXNOBLE257
15 күн бұрын
none singiki ikindi gisasu..💢💢 like ngaha nyimba wayi vibinze nawe💥💥
@kellykizzytheboss3891
15 күн бұрын
Woow good job 🇧🇮🇷🇼🌹♥️♥️
@donatienhavyarimana8581
11 күн бұрын
buryurukundo rujana umutima ahorushaka ugwanje gwowanzanyiwaweeee yyayayaya big up brother
@joellhoughton7218
15 күн бұрын
CERTIFIED✅📀 #theCitizenSound🤍
@blaisemuhoza1393
15 күн бұрын
Iyindi hit song kbs big UP saana Fernando 🙏🙏🙏
@vianneyharagakiza5236
15 күн бұрын
nukuri ababana barezwe na we love music bazonatwica Dj fernando atumye natwebwe abatama duhaguruka tugatamba iyongoma kubera gusa umunezero
@egiderukundorwimana6979
15 күн бұрын
Finally we get to enjoy the whole work wow!!! Big up sana mi brother Fernand'Or🎉
@kennyjeezo4321
15 күн бұрын
Love From Kenny jeezo Amashurwe. Yawe Ngaho🌹🌹🌹🌺
@user-fb9sn4or5s
13 күн бұрын
Song n sawaaa,gt mur clip ushiramw abanyarwanda kd harih abana babarundi baribagiz iy challenge zimez nez
@NganjiSamir
13 күн бұрын
Ico kintu uvuze Nico kabisa kandi nazo zari nziza kurusha nizo ariko indirimbo ni bon gusa ako kantu siko
@ChiscoHarerimana
13 күн бұрын
Ivyo nivyo basi yari gupfuma ashiramwo barya ba petit bo mukayanza gusa na vidéo arakwiye guhindura akava Kuri téléphone agakoresha ubuhinga bugezweho kandi mercii kundirimbo iryoshe
@chrisbenchrisben1337
4 күн бұрын
Ndemeye pee 🇷🇼♥️
@MoiseNishimagizwe
15 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ nguma ndayumvirirza kbx félicitations DJ Fernand
@kingsam3712
15 күн бұрын
Nzorab indirimbo zinyamahanga uko zizosubira kutwinjirana😂😂 amashurwe nayawe🎉
@nishimwenoella1723
14 күн бұрын
I like the way mwazibiye kûmpande zose uwuje arenganye gusto îmbere ya mr ayee ntahava baje arumigwi WLM ni nkingi ndakurahiye ❤
@mag.bburundi8162
15 күн бұрын
Mr Ayee🔥🔥🔥🔥
@BernadetteSabit-uh1vk
9 күн бұрын
Iyi ndirimbo kbc ira nkomye
@bizimanavitar9228
15 сағат бұрын
Bravo dj❤❤❤❤❤
@sabitshakurNdizeye
15 күн бұрын
Urashoboy kuraj
@BrucelaurentMugisha-uh1gt
15 күн бұрын
Urashoboye ark vrmt kora video ibona neza apana gukorsha 4ne
@user-ec5gz3ku2m
15 күн бұрын
Kuraj nigiki 😂😂😂😂
@deliophotography
15 күн бұрын
😂😂😂@@user-ec5gz3ku2m
@deliophotography
14 күн бұрын
Kuraj😁🤭🤔
@user-vo8mr4tj8k
10 күн бұрын
Yaaaaa à9pypiym@@BrucelaurentMugisha-uh1gt
@GilbertNiciteretse
4 күн бұрын
Ndagukund numutim wanj !❤
@nshimiyimanandungutse8669
11 күн бұрын
Another bang geee love from 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼
@frankndahiro8129
12 күн бұрын
Uyu mwana wumurundi araza kubanywesha amazi, amata atabuze mu Rwanda ndagapfusha Rukara 😂
@CurryJonathan-qx8ws
Күн бұрын
Turagufana kabasi wew urawmbere kurinje music imbere cyanee
@gloriacubahiro3228
13 күн бұрын
💚💚Courage my Dj Fernando👏👏
@nicodemendayishimiye7400
15 күн бұрын
komereza aho mwana w'umurundi,kararyoheye uguti:ijwi ryiza,mélodie nziza, lyrics nziza.ça c'est un autre hit kabisa👌👌
@gahiziabelard5058
2 күн бұрын
Hit song " yeyey yéyé " kageze murii Milele Milele by Élément ngo yeah yeah gusa naw yabikoze neza igihimbaye nuko naw yayikunze gushikaho atoramwo qlq textes
Пікірлер: 1 М.