Abakoroni bashitse i #Gitega baciye bazimanganya ibimenyetso vyose umwami Ntare RUGAMBA yashizeho (ibigabiro).
Abarundi barabura ikibaranga n'ikibahuza n'Imana!
Aba missionnaires b'abakoroni baciye bubaka ishengero katorika babanje gusambura ukwemera kw'abarundi bakera.
I Gitega niho hari icicaro c'Imana y'u #Burundi.
Aloys BATUNGWANAYO, umucukuzi w'akahise avugako u #Burundi n'u #Rwanda arivyo bihugu bisangiye ukwizera kuva ku Mana imwe rudende.
Gitega harateze,
#Ntare #RUGAMBA yari umwami akomeye, afise ingabo zikomeye.
#RUGAMBA yari afise ikirimba i Gitega kandi abakoroni bashaka kuguma iruhande yiwe kugira bamugenzure.
Негізгі бет GITEGA || NIHO MWEZI GISABO YAVUKIYE N'IZINA UMWAMI NTARE RUGAMBA YAHAYE INTARA YABAMWO.
Пікірлер: 7