Yooo Gogo wanje. I give you a big hug. You are a strong woman. Urazi natwe abo muri famille baraturoze, bifata uwo tuvukana, bituma amashure agenda nabi.Nkawe twarirutse mubigira abavuga butumwa biranka. Imana yaraduhaye promesse ko azokira kandi izomugira uwukomeye. Ubu ico dukora dufata muri Kanguka gusa.Ça fait 10 ans. Ntivyoroshe nagato ariko Imana iraduha inkomezi ku musi ku musi. Tuzoshinga intahe un jour twese Gogo. Groos bisous
Mwiriwe. Hari numero ya Siren Vibes niyo bikunda ko tubaha. Ni 76711802
@tekanezaviocheftv1949
2 жыл бұрын
Yoooooo birababaje 😭🇧🇮🇮🇹
@uwimana8584
2 жыл бұрын
yesu tabara umwana wawe
@elsabrendaakimana8273
2 жыл бұрын
😭😭😭 Mana yanj wee gogo ndasenze ngo Yesu agukize aho waririye uhatwengere ukomez kwihangana disii
@igiranezaaline1036
2 жыл бұрын
Yooooo Imana ikugize mwiza.
@flavafleury
2 жыл бұрын
😥😥😥😥😥Ndababayeee 😭😭😭😭
@kanyangeassumpta5832
2 жыл бұрын
Uyo mu apôtre il a abusé d’elle nukumuvuga puuu shetanii. Humura ma Yesu azogukiza chérie.
@sirenvibestv
2 жыл бұрын
Gogo Gloria n’umukobwa w’imyaka 25 akaba afise ubumuga bwo kutabona. Yavutse abona nk’abandi bose ariko ageze ku myaka 20 niyo yisanga ari impumyi. Yahuye n’ibibazo vyinshi inyuma yo gutakaza kubona aza no gufatwa ku nguvu numu Apôtre bari bamutwayeko ngo amusengere🤦🏽♀️. Inkuru yose iri muri kino kiganiro. Ntiwagire gusangiza abandi iyi ntahe ya Gogo kumbure hari n’abandi yofasha🙏🏾 Umviriza indirimbo za Gogo Gloria uciye kuriyi link : kzitem.info/news/bejne/0H1pxYBvimp-lWk
@jacksonbaramburiye6812
2 жыл бұрын
Nn k atalink mwasizeeee
@niyonkuruconcolatteconsola4792
2 жыл бұрын
Poresana kabisa uzokira mwizina rya yesu kristo wakire gukira. 👏👏👏👏
@raphatv4307
2 жыл бұрын
Mumuronderere umukozi w Imana w ukuri amusengere. Yesu Akomeze kumuha ukwihangana Gogo
@Rose-zg9ee
2 жыл бұрын
Bonjour, merci pour les témoignages. Ivyagushikiye nivyo bizoguha ingunvu .
Пікірлер: 103