En tout cas les couples qui se séparés muvyumba juste pour les enfants chapeau pour eux..mwarakunz abana banyu gusumba uko mwikunda.vous êtes brave.
@himbazatv5144
Жыл бұрын
henry ca va ..?😅
@georgespascalnteziryayo22
10 ай бұрын
Merci Kabos pour la présentation complète de l'invitée, nasanze abavyeyi biwe ari abagenzi banje ba kera naho tudaherukanye, uwo mwana naciye ndamwibuka agifise nk'imyaka 8 canke 10!!! Big up sana!!
@gakeboranda3223
10 ай бұрын
Kaboss❤❤
@chrishima9203
Жыл бұрын
💯❤️ Gretta courage
@passynz295
Жыл бұрын
"Wifuza ko ugera aho wigejeje ukahageza n'abandi..."😍👌
Nakunze gretha akajambo yaherejeko " aba jeune mwatey'imbere tanga contact hma urya azifise azikoreshe" 💯
@doucenoellaishimwe1951
Жыл бұрын
Abavyeyi biw bafise amazina meza vraiment.
@fridolinhabonimana4854
Жыл бұрын
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Kabosss and Greta ikiyago ca bien sanaaaa Imana ibafashe Couple yacu nziza Rasko and Greta basubirane🙏🙏👋👋🤝
@lionelbanyarukirwa7227
Жыл бұрын
Yes Ndababaye cane kubona Gretta na Rasko baravanye... Gusa Gretta courage kur plan yaw..iyo plan ufise yo gutezi imbere sex feminine... Cool keep on and shine... Tout est possible...ubuzima ni risque dufata nkuko wabivuze...Stay blessed my sister...
😭😭😭😭😭 Imana Idusubirize hamwe abo bantu.... Vs avez été béni au nom de Dieu le Tout Puissant...
@arletteihozeko1111
Жыл бұрын
Ukwo n'ukuri
@confitbienius6903
Жыл бұрын
Sh Gretta aratesa klii, nagir Io sujet y rasko iri tabou Kuri WE,mug arabivuga neza à l'aise agasigura, respect👌 Hangout yari iryosh Sanaa, nuko kar gato 😂
Пікірлер: 58