La fille a des standards de qualité, vraiment une chose à encourager dans ce pays. Nice make-up by the way les filles
@rigust12
Жыл бұрын
A 46:00, J'adore ukuntu abarundi dutanga adresse 😅 : urakata hariya hama ugende tout droit, puis tu vois l'immeuble naka et tu marches environ 50 m uca uhabona..... Et effectivement ukahabona, plus drole nuko uvuze avenue de france numero naka, ntawohatora 😅.
@flora5518
Жыл бұрын
Naraje muburundi mbura ahantu bansiga makeup 💄 but next year I’ll make sure ngeze muriyo salon ya Vaan 😘👌.
@nduwimanaestella4395
Жыл бұрын
Ntibagutemberej pee
@gladysmugisha5892
Жыл бұрын
Vaan she is the best for her makeup kbsa💕
@mireille2452
Жыл бұрын
C'est vrai ko mona ari umustar donc kuba aja kwa mukuru wiwe ni vyiza ariko ntiyoza arajaayo kwa gusa misi yose vyohava binabateranya rero c'est une bonne décision yafashe yo kuza aramuriha nanje nzohicisha un jour courage vaan
Пікірлер: 64