#Burundi Mu ntara ya Muramvya umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yaragendeye imigambi itandukanye harimwo ishirahamwe ry'urwaruka rufashwe mu mugongo na Paeej-Burundi, hamwe n'umworozi wa kijambere. Kabaye akaryo ko guhanura urwaruka ngo rumenye twitunganiraza imigambi, gutyo rushikire umwidegemvyo muvy'ubutunzi.
- Күн бұрын
I Muramvya umukuru w'igihugu yaragendeye imigambi itandukanye harimwo umworozi wa kijambere
- Рет қаралды 5,761
Пікірлер: 8