Na Nyerere ya baga munzu isekeje nu muryango ya size Tanzania urakenye cyane afite umuhungu uraho gusa nu muntu ucirititse
@pacifiquebitangimana491
3 ай бұрын
Ndashaka kubaza Docteur Bagirisya. Vyogenda gute ngo aba nya Africa twumve gukuraho imipaka twashiriweho n'abashaka inyungu z'abo? Ndongera nkabaza aba panafricanistes bofasha gute kwumvisha abategeka Africa muri iyi misi n'imisi izoza kwumva ko Africa ico ikeneye ari inganda tukihingurira ivyo dukeneye. Birateye isoni aho usanga aba nya Africa tutaniyumvira kwikorera inkweto n'impuzu. Ikindi vyogenda gute ngo abanya Africa bumve ko kuja kunyegeza amafranga mu ma paradis fiscaux ari uguhemukira Africa mu gihe Africa ikeneye ayo mafranga kugira ngo yiteze imbere. Kandi ayo mafranga bayakuye muri Africa. Tugaca tuja kugurana amafranga muri FMI na Banque Occidentale bita Mondiale iduha amadeni yo gusubiza inyuma ubukungu bw'ibihugu byacu. Numva partenaires Africa ikeneye ari abo twofatanya kwiyubakira inganda kandi ndabona Africa tugiye hamwe twokwiyubakira inganda dushize inguvu hamwe twebwe twenyene aba nya Africa maze abatipfuza kubona Africa itariko iragura ivyakorewe iwabo tukaguma tubateza imbere natwe twisubiza inyuma mu mibereho, mu bukungu bohindura ibitekerezo.
@pierreclaverhabimana10
3 ай бұрын
Mbaye uwa mbere kbs
@MuhireClaude-lu7qz
3 ай бұрын
Nanjye
@greenvision3327
3 ай бұрын
Zambia itabi ryabo rikorerwa muri USA rikagaruka muri Zambia ryitwa American tobacco😅
Reka turindire Kaga wanyu kuko umenga USA nise nanyina wabanyarwanda
@martinniyomucamanza5744
3 ай бұрын
Ll
@martinniyomucamanza5744
3 ай бұрын
L 😊
@Nangayivuza
3 ай бұрын
Vuga no mu Rwanda ntuhibagirwe
@didonbanze5293
3 ай бұрын
Ese ko mutinya kuvuga ibyo inkotanyi zanyu zizabona tuzirukanye ? Iyo nzu se inkotanyi zo ntabwo zahaga ruswa uwo muzambiya ngo ahungete abahutu bahungiyeyo nkaho zo zitagiye kwiruka. Ese abana n'umugore wa kagame bo bakuye hehe amafranga baguzemo imitungo?
Пікірлер: 17