Abantu benshi babaye abanyabwenge kweli,erega na YESU Kristo mwariguhava mumupinga,Uzi ibitangaza yakora,Uzi abarwayi yakiza,!gusa mwokwivugira make nka Gamariel,niwe yavuze ati namba bava Ku Mana ntabo muzorwanya ngo mubashobore.Modest courage, ingero yawe iriho,
Abantu bubu iyo bumvis ubutumwa bw'imigisha, ngo ugiy kuronk ibi, ugiy kuronk akazi, ngo ugiy kuj iburaya ( ukamengo nimwijuru azob agiy) wumva bakom induru munsengero ngo ubutumwa bwaryoshe,,,muzotangara kur wamusi...Mathieu 7:21-23, ariko iyo bababwiy kwihana, usanga ar agacerere, ntawuvuz urwamo,,,bantu mwe!!! kanguke,,,! inzira yonyene izodutwara kwa Data, c'est avoir la foi en J.C, se repentir, se faire baptiser par quelqu'un qui detient l'autorité de Dieu, avoir le don du S.Esprit et la perseverance...ibindi vyose, muzobihabwa munyuma,,,kuko J.C a dit.." cherchez premierement le Royaume de Dieu....." ibindi vyose twifuza, Imana irabizi izabiduha...
@bosconiyonzima2114
5 жыл бұрын
Yesu naguhumugisha mugenzi komezamutangimpanuro kukwabariko barazimiranibeshi
@manmahuna1160
5 жыл бұрын
Les gens se font arnaquer. Toute personne qui parle de Dieu n'est pas nécessairement prophète. Les gens veulent entendre celui qui parlent des miracles. Même sa façon de parler est douteux.
C’est ça le signe des faux prophètes; ils prophètisent le bonheur au lieu d’appeler le peuple à la conversion.
@gateretse8232
4 жыл бұрын
Merci bcp mon frère, pourquoi ils parlent seulement de la prospérité ??Dieu veut que tout le monde soit sauvé,il ne veut pas seulement qu'on prospère.. Attention les amis
@divineirankunda5536
6 жыл бұрын
Prophèt Modeste ufse ingabire y'Imana koko
@bosconiyonzima2114
5 жыл бұрын
Bantumwameny Iman yukuri mwibukeyuko Imanayacu siyabafisamazahabu ariko n Imana yabafisimitimimenetse siyabatunzi siyabakene ariko uyubaha agakorivyigomba iramwemra
Il n'ya rien de prophétie ,les scientifiques connaissent bien ce phénomène.
@donarldjerry94
5 жыл бұрын
Escot gusa
@vianneyhabonimana7128
5 жыл бұрын
Gardez vs des faux prophetes! ubwo subutumwa, ahubwo arondera succes,,, je vs que c'est l'un des faux prophetes biki gihe,,,parce qu'Il n'est pas appelé par Dieu, il n'a même pas la Prêtrise, soma neza ivyanditswe vyeranda muzobona ibi ndiko ndavuga,,, Jesus-Christ quand il enseignait yavuga ngo" mwihane kuko ubwami bw'Imana buri hafi..." ariko abo bantu bigira ngo batumwe n'Imana baramaz gutahura faiblesses z'abantu bubu, bigish imigisha namafaranga, ubutunzi nibindi, umenga nivyo bizotum abantu baja mubwami bw'Imana...Kanguke bene Data, mur mwitiro rinini...
Пікірлер: 40