Ibitigiri vy’abanyororo biguma vyiyongera cane mu Burundi. Ubushikiranganji bw’Ubutungane buheruka gushikiriza ko vyagabanutse ku rugero rushimishije. Ariko abaharanira agateka ka zina muntu bo bakavuga ko atari vyo.
- 20 күн бұрын
Ibitigiri vy’abanyororo bibandanya kwiyongera, ivyo kubigabanya biri mu majambo gusa (ACAT-Burundi)
- Рет қаралды 271
Пікірлер: 1