(1:04:48) ngo abana Bozonke amabere ya nyina🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣imbavu yirahiye🤣🤣🤣🤣🤣
@laetitiakabirori0201
3 жыл бұрын
Maze abo imalaya zisahuye bose babeshera amabandi. Ariko Sinamenya uri igicucu: amakofe yaje agukubita, uko yari yasinze, ueabona ko ari iby'amacupa 2 gusa?!
@Yayatherealest
4 жыл бұрын
😅🔥🔥🔥🔥
@laetitiakabirori0201
4 жыл бұрын
Nari ntangaye ingene Nzogiroshya yahinduka. Noneho nayo yarokoye agiye kuyanywera. Kuki Sinamenya aguma amureka akagura byeri kandi azi ko ata mahera asirayanye? Ikibi ni uko hari benshi bameze nkawe! Ariko abameze nkawe bakureho isomo.
Пікірлер: 20