#Burundi: Birashoboka ko abarundi batorera umuti ikibazo co gukinjika hakoreshejwe uburyo buzimbutse kandi bukingira ibidukikije . Timothée Nicoyangereye ni umwe mu rwaruka rw'incabwenge yiyumviriye gukora imbabura ifise ubwonko ikoresha uburyo buke kandi igakora uko uwukinjika ashaka ko ikora. Ivyo bikorwa bikaba bikorerwa mu ruganda #SGEC rukorera mu ntara ya #Gitega, nayo abipfuza kugira ico babaza, bobakura kuri +257 +257 79 33 36 27.
- Күн бұрын
Imbabura nyabwonko hari ico ibabwiye? Ivyuma vyo kubundikira imiswi navyo? Kaze muri
- Рет қаралды 5,710
Пікірлер: 50