Kuva kuri president nkurunziza imbonera lure ntanumwe akunda igihugu Bose bagwanira umutsima ariko bitebe bitebuke hari umusi uwarongoe nawe azorongogwa abakunda uburundi nipe like nying
How long is gonna take the Burundian people to realise that they don't need a former rebels leaders to govern the country. It all cames back to power hungry which leads to unstable nation. Please people wake up
@clovisnahimana1302
8 жыл бұрын
+mustafa ahmed The language is Kirundi,spoken in Burundi
Bizoza Ikibazo c, uburndi si ikindi nuko abo twita ngo na banye politique bavyiyitirira kugira bashikeho bibe igihugu nivyo cari gifise aho guta kwigumvira gutanguza inganda ziha akazi abantu ngo bakore bahembwe barwanye ubushomeri bugurur inganda zi imigambwe kugira ngo binjizemwo abantu kuba aba mafias nkuko nkurunziza yavyi vugiye ngo muburundi hari ama quoted muru leta akij mwisha mba ya haranira iki? ya myaka yamaza anarundi barararubunda na zanka za barundi ba pia bajana tanzania ya mavyi ya gaburira abantu ari mwishamba kwa gutoteza abarundi aturira imiduga yabo babiriye akuya kwaguhagarika abavyeyi na bana mu mabaraba a ukagenda urigusa wicaranye no so yamabi yose yakorers abarundi ntiya vuga ngo abahutu ntibatwara nagira nico yahanira ubu rero ko rugeranyeko agomba kwigira umuhuza ? Muburundi nta muhutu ca nke umututsi yiga atarishe ngo nikubera ubwoko ntamurundi yavurwa atarishe ngo nikubera ubwoko vyose vyamuvuyeko bamwe ya twara ibintu ntiyababaza ngo uri umuhutu canke urumututsi mu kubitwara gusa niyumve ko nyimba yarwaniye inyungu za abahutu akaba yumva ko nabandi bategerezwa kuba mugihugu bategerezwa kuronka nabo ivyabo kira noneho nyimba ubu abonye ko yihenze sa hiwe ho gukosora wenyene amakosa yasigne niyemere akabi arakuze
@havyarimanaemanuel4529
4 жыл бұрын
G
@idyramadhani9127
4 жыл бұрын
Ntawutotinya kuko mumitumba aba jeunes benshi barahawe inkoho Uwaliwe wese ico nohanura yokwibera kari kumutima Ibishirira bishiririye nawe agashirira azi aho yegamiye
Пікірлер: 24