Ireresi yiswe Imva ya mwihoro yanditswe na Cadeau Ravelle Kagisye biciye mu ruganda #BMT k'uburyo bwatanzwe na #BURWOOD yarashizwe ku mugaragaro mu nyubako ya Mairie ya Bujumbura kuri uyu wa 14 Mukakaro 2024. Uwo mwanditsi akaba yashatse gutanga icigwa ku bazoyiraba bose ko kizira kwihorahorana.
- Күн бұрын
Imva ya mwihoro ni ireresi yaraye ishizwe ahabona ikangurira abarundi kutihohorana.
- Рет қаралды 1,569
Пікірлер: 1