#Burundi: imfashanyo iciye amafaranga 21.000.000 Fbu niyo yatanzwe n'imvukira z'umutumba wa #Matongo komine ya Matonngo y'intara ya #Kayanza, ikaba yari igizwe n'ibikoresho vy'ishure bigizwe n'amakaye n'intebe, ifumbire yo mu bwoko bwa imbura, imbuto z'ibigori vyo mu bwoko bwa pan 53, bongera barashikiriza ibiro umukuru w'umutumba agiye gukoreramwo vyubatse ku nterano y'imvukira.
- Күн бұрын
Imvukira za komine Matongo zisabwa gukora kugira zijane n'imbonakazoza mw'iterambere ry'igihugu.
- Рет қаралды 1,143
Пікірлер: 1