Umumereza wabanyegori muri Le messeger Ngozi Penge Ahmedi aratubwira uko abona ishusho ryabanyegori bubu muri primus ligue hamwe nuko bari bameze aho hambere igihe imyaka yose yayimaze zkina icicaro cambere ariwe yabaye umunyegori mwiza yaboneyeho nakaryo ko kutubwira impanvu le messager ngozi itarinjizwa ibitsindo vyishi mwihiganwa rya promus ligue 2024-2025 na programe yishure ryabanyegori nishirahamwe ryabamenyereza ryabanyegori .*
pour plus de contanct: +257 79430846/+25769652454
Негізгі бет Imyaka yose Ahmedi Penge yakinye icicaro cambere mu Burundi niwe yagumye ab umunyegori mwiza wa sezo
Пікірлер