KZ
item
Негізгі бет
Трендинг
Журнал
Ұнаған бейнелер
Ең жақсы KZitem
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Кіру
Тіркелу
Кіру
Тіркелу
Негізгі бет
Трендинг
Журнал
Ұнаған бейнелер
Ең жақсы KZitem
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Негізгі бет
Ойын-сауық
INKOKO YAVYAYE INKA
4 ай бұрын
INKOKO YAVYAYE INKA
Рет қаралды
13,842
HUNGA ICAHA MINISTRY
1
1
Жүктеу
Пікірлер: 15
@ngabiremoses
4 ай бұрын
Umugabo wimana nkunda first comment mumpe likes
@francescafrancesca8901
4 ай бұрын
Mon pasteur Imana ibahe umugisha. Ubwo nibwo butumwa bwiza bukenewe kugira aba kristo bakure amaboko mu mpuzu. Nyakubahwa ntaco atakora kugira ngo abarundi duhumuke amaso,ariko bamutera amabuye ngo yirirwa mu masazi, mu nkwavu ,mu bifyera, ariko abarundi tuzojijuka ryari? Imana yaduhaye umukuru w'igihugu yifuriza umwenegihugu iterambere, aho kumwumviriza tumutera amabuye, twari dukwiye gufatira aho nyene kugira dushire mu ngiro iyo migambi atubwira. Nimba twirukira kuja hanze iyo hanze tugomba kuja nabo barahagurutse barakora kugira bashike kuri ivyo twumva canke tubona. Abarundi dukwiye guhaguruka dukure amaboko mu mpuzu kuko ntakizodusanga aho twicaye. Mu kurangiza, aha mbaye ntibaraba ama diplômes, mu ma companies meshi nta diplomes basaba baraba ko uzi gukora vyonyene. Ikindi beshi baraba aho bakorera meshi,ntibita ku ma diplomes bafise. Bisigura ko umuntu ico cose abona ko aronkamwo ico ashira mu mufuko no mu kanwa nico akora. Iryo jambo ry'Imana turifatireko. Kandi tuzobona amahinduka mu buzima.
@girukwishakaclaudine5374
4 ай бұрын
Amen Amen Mana yanje urimw'ijuru nanje ndasavye ubwenge bwokuba mugihungu ndimwo nukuri.
@pali3502
4 ай бұрын
Kweli turakwiye kujijuka Imana ihezagira uwakoze🎉🎉🎉🎉🎉
@irakazaeriekim4753
4 ай бұрын
Amen ndabakyrikira cane ndabashimiy❤
@yesunimwema4497
4 ай бұрын
Umuntu ya kameye iyi video ntakigenda,kirazira gukamera pastor wenyene kandi ikanisa ryuzuye abantu.
@MelchiadeNIYIBITANGA-qs7bm
4 ай бұрын
Iman'igumugisha mwinshi cyane irijambo niry'ukuri gukora nivyiza
@user-ni6bo9kd8g
4 ай бұрын
Imana iguhe umugisha inyigisho ziradufasha
@user-tn3yv4dz5c
4 ай бұрын
Bandanya mutuzanira bishasha
@user-ox2tx2ff6n
4 ай бұрын
❤❤❤
@GorethGoreth-lp6kl
4 ай бұрын
❤
@thacienndayisenga177
4 ай бұрын
Avuga ukuri.
@user-od4up8jw1e
4 ай бұрын
Aho wewe waramaze kuronka shaa
@francescafrancesca8901
4 ай бұрын
Nico gituma natwe ariko aratwigisha ngo DUKORE kugira natwe turonke. Aho mbaye, nsengera mu rusengero runini kandi bafise amashengero mw'isi yose, no mu bihugu vy'aba communistes. Bafise aba missionaries baja hose mw'isi. Muri Brazil yonyene bafiseyo amashengero 45.000. Ariko, dusenga RIMWE MU NDWI KANDI ISAHA IMWE itarenga. Nimba tubona ibihugu vyitwa ngo biratunze, ndababwij'ukuri barakora. Aha hakora rya jambo ngo: UWUDAKORA NTAKARYE. Ntawe uzobona aguha n'i cent imwe ya gusa. Dukure amaboko mu mpuzu twijukire ibikorwa nivyo soko ry'iterambere.
@MAGAGI_Burundi
4 ай бұрын
❤❤❤
Пікірлер: 15