Mwipfuzako FIRT MIND AGENCE ibafasha mumamaza yanyu mwobarondera kuri +257955066 canke kurin +27670053518(whatsAPP)
@psycho-logic4741
2 күн бұрын
Aba ba sto niyo ending generation bloody, ndabaramukije💚
@Sindamug
7 сағат бұрын
Turacari duto kandi ni n'ututãya!! Turi na fière y'ivyo dukora.Apparemment expérience dufise iruta Kure n'iy'abubatse😢😢😮
@LysechrissaIngabire-ov2qe
2 күн бұрын
Mana imbabaz zawe kubantu bawe nizo dukeneye gusa 😢
@Johnsoncarter-zx1lu
3 күн бұрын
Hari ibanga bategerezwa kwibikira kuko bavuze apparemment leurs diverses expériences vécues. Nibiyumvire comment elles revivront cette émission après 5 ou 10ans? 😢😢
Abarundikazi bacu ko ari beza none 😮,, munyandikire ndi single 😅😅
@cynthiairakoze257
5 күн бұрын
Anais uri mwiza ❤
@nijimbereaimable9947
Күн бұрын
Anaïs est intelligente et presque fidèle. Courage Juste❤
@kamilgadobvs8112
4 күн бұрын
Ndumva notanga ukuri ariko biriko birandusha kime reka nihangane but experience is the difference ababasto uriko urabasaba ama ideal ariko ukuntu bagusubiza biraboneko ari ama true story yibyababayek.
Kuva ku munota wa 25:50,abo bakobwa baratubesheye ngo twebwe abahungu ni twe twanka gukoresha udukingirizo....ubwo se nta dukingirizo tw'abakobwa tubaho ku buryo umuhungu atakambaye,umukobwa ahita yambara akiwe ?
Ivyo wavyize hé ? La pilule du lendemain (ou contraception d'urgence orale) peut être prise dans les 5 jours (120 heures) suivant un rapport sexuel non protégé, pour prévenir une grossesse. Plus elle est prise rapidement, plus elle est efficace. Il est recommandé de la prendre dans les plus brefs délais, idéalement dans les 24-72 heures après le rapport non protégé. Son efficacité diminue avec le temps. ✍️✍️
Пікірлер: 100