jew nanje sinabishimye kubona yosereza umwana kuri Camera ikindi naco umuvyeyi wese amenye ko igihe abana batabana n bavyeyi bose umenyeko abana bawe bazogira ivyago knd bakura babaye
@MarieNizigiyimana
18 күн бұрын
Ico nogisuma kuva kuri nyina fushika kuri nyokuru wiwe iwabo barafise ama parcelle,nyina afise parcelle inakur wiw nawe afise iwiwe nta panze nyina aba kuri 15 mumirango musi yokuro hôpital kwa Adolphe kand yavukiye mukamenge nawe uyo igete nyene arzrogowe afise umucabo nibisuma ivyo
@BukuruBeatrice-qf1ss
25 күн бұрын
Nuko
@pp-wd9qq
26 күн бұрын
Gael yaco uba uciye kuri vidéo abanaa, ntibikenew kand sinibaza ko légalement birekuwe.
Akoze ikiganiro ciza coguhanura ugwaruka.ariko muze muriga gufuka abana kuri camera kko ntimuzi niyakura uko azovyakira.na cane cne ko mama wwe ariko avuga ibintu bibi yaciyemwo murakoze.
Huguette waje gushaka iki ngaho ? Kubera iki mwishira hanze Ku ma réseaux sociaux ? Kiki wemera KO bagushira kuri kamera wese ? Mbega umugabo wawe yaratashe mu rugo ?
@user-lk8xg9dc8b
25 күн бұрын
😂😂😂😂non kubivuz vyose
@christella5092
26 күн бұрын
None Gael gushira umukenyezi kuri camera yonsa umwana ibere kuri camera?????gael ivyobintu sivyiza
@nirenganira8433
25 күн бұрын
Iwacu iburundi ntakibi kirimwo wonkereza ahushatse ntivyigeze bibuzwa kuva kera
Arabesha vyose nububeshi muraja mukamenge mumenye neza histoir yanyina na Se:1_nyina niwe yirukanye Se nyina yitwa Élisabeth Se nyitwa Dodoma nuyo afise umugabo mu nzu akaba afise abana babiri famille yabo yose nababeshi icibagiyeyo co Ninyokuru wiwe avyara nyina,nanyina nuko nyene nukuri imbere yokuza muha amakuru abantu nkaba mube mubaza gutohoza,Nyina aba kuri 15 mu Mirango musi yo kwa Adolphe hôpital ina kuru wiwe nawe aba kuri 9 mu Mirango iruhande ya bar Royal na Nyina nuko bose nibisuma
@user-rd1fx6xc3j
10 күн бұрын
Exactly urabazi gose 😂😂😂😂
@DAMUSAFI
25 күн бұрын
MUZE MURABA PROFESSIONAL mukazi kanyu nko gushira umugore kuri kamera arikwonsa sivyiza
@Possible204
25 күн бұрын
C'est normale, washaka umwana arire asarare. Nta biberon afise, biberon ni ibere rya nyina, numva nta kibazo kirimwo. Vyose ni mumutwe
@christella5092
25 күн бұрын
@Possible204 ba ugira ubwenge ntakundi vyarikugenda amabere ataje kuri camera???yokuraho camera akonsa urumva ivyuvuga???canke ntuzi umugore numwana icarico
@charleneiradukunda5153
25 күн бұрын
@@christella5092biri possible ,nabakobwa bayagendeza hejuru ataco bariko baronsa barayagendezaho,mwisengero,mwisoko kuva nakera baronsa nimureke guhatarisha ibintu
Пікірлер: 40