Umurundi Ari Ngaha Ishireho ibender 28:44 a ry’uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@josianeniyokwizera-ly3wd
3 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nizigiyimanayves9485
3 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@estherchou2899
3 күн бұрын
🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
@mariamsakora2818
3 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤🌹🌹🌹❤
@JackieloveKingbuja
Күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@isezeranoisraelienne5803
14 сағат бұрын
My friend uri umurundi nturi umunyarwanda we love our country so much murabura gukora ngo nuteze iguhugu cyanyu imbere kive kumwanya wa mbere mubihugu bikennye mukavuga u Rwanda mudashobora no kwigereranyaho mugerageze muzahure igihugu cyanyu mureke amagambo
Gael wew niwe dusigaranye apana bamwe baza gutunga micro ba koresha umwanya birata uko bahanye ama pasi kundaya merci knd courage
@user-nk3ue2cs4k
4 күн бұрын
Waaaauuuuu, le fruit burundais y'umunyamurenge ! Imfura , très reconnaissant, kandi ivyo atanga comme conseils ni très importants pour les burundais en l'intérieur du Burundi.
Abarundi ikintu twisangije ni ukubana neza n'abandi. Haba no mu mahanga abarundi bitwara neza mu kibano. Abarundi usanga mu mahanga barizewe ni abantu b'intahemuka. Jewe aho mperereye abarundi barizewe mu kazi gusumvya na kavukire
Uburundi nibwiza kiretse ko hariho abashaka kubushafuza
@Vision2300
4 күн бұрын
Ni ukubera ubushobozi buke bwa cndd fdd, ntekefeza ko batize des grandes études !?
@dollarswiz9
4 күн бұрын
Wa mutumire we,Yesu aguhezagire,uri mwiza uhebuje ku mutima caane no ku mubiri Ugubwe neza mu BURUNDI Gaël,uri imfura y'igihugu,komerezaho mwana w'uburundi uri intwari
@NiyonkuruBosco-bk7gq
12 сағат бұрын
Mu Rwanda dufite stade 3 zemewe na FiFa mwebwe nta nimwe mugira,mu Rwanda dufite Agence Aeriene ifite indege 21,Mu Rwanda ifaranga ry Urwanda rikubye irindi ishuro 4 ,mu Rwanda nta nzu zibyatsi zihaba, mustantere wo mu Rwanda arusha umushahara ministre wi burundi,none ko avocat muri America igura 5$ mu burundi ikagura 100frb nukuvugako mubayeho neza kurusha muri America
@laurentroyce
4 күн бұрын
Gael komeza pee;kandi uratuvura neza caan.wish to have more people like you🤙
Uyu muvyeyi arandyoheye ndamukunze avuga ukuri kwinshi.Kaze mu Burundi ni Kalibu turaguhate ikaze.
@ghislainehager
4 күн бұрын
Gaël wakoze kuzana umuntu avuga ibintu umunyafrika wese akeneye kumva. Iterambere ryukuri ritangurura mu kuduza no kworohereza ubuzima bwabanya gihugu. Kuduza ama étages kwanza niterambere à l'envers.
@bonhommea4506
4 күн бұрын
Nanjye ndakunda uburundi
@pierrebonifasi
3 күн бұрын
❤❤❤
@B.s3909
4 күн бұрын
Fyoto Fyoto gumana ayo bif yanyu hiyo mu Rwanda , wesha 100$ muburundi ntaco akimaze nibipapuro , Urwanda harazimvye kubera batera imbere no muri america harazimvye , Aba FDRL baciye baza kubwinshi , uyo ninzara afise ico agamije gusa asevye igihugu ciwe sema wakupe na carte yaba DD😂
@mutombopatrick1292
4 күн бұрын
Yaguzwe na Neva. 😂😂 Nkintwaro ya neva wayishima iki?mu Rwanda babyita gucinyinkoro. Gusa iyimvugo yiwe ni sawa kuko hakiri benewabo i burundi badasamirwa hejuru
Nta nisoni ufise, Jew mba i bujumbura turi 3munzu ku kwezi 50$ izo ziradutunga nico umuntu anwa yanyoye ivyo ifu yaboze nayo nibazako arivyo wibwira wew nyen
@niyomwungerebienvenue7675
3 күн бұрын
Yewee ,,mbega umuntu mubi,,urabesha bigeze hiyo kweli??? Sha Indya ziri Bujumbura ni nyinshi nkanje nfungura 5000 milles umusi wose,,1000 mu gitondo ,2000 sasita 2000 mwijoro,,,,ubuzima buri hasi bwaduze gato caneee,,,nawe ngo ifu iboze?? ukarya umuceri,,ibiraya,ibitoke ,,ibijumbu,,inyama ,amafi ,imboga nibindi,,tweho sivyo bidutunze,,Kunda iwanyu
Vyoshoboka ko Uburundi ari co gihugu kizimbutse ugereranije n'ibihugu vyo muri East Africa,mugabo menya ko Uburundi buzimvye cane ubugereranije na China canke India,canke ibindi bihugu vyinshi vyo muri Asia.
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
4 күн бұрын
Mu Burundi ubuzima buracazimbutse
@nteziryayosamuel9630
4 күн бұрын
Ni i Burundi honyene ubuzima buzimbutse. Ivyo utaratembera mu bindi bihugu ntavyo wotahura. I Burundi ni heza
Пікірлер: 413