Hiiii Bakunzi b’ikiganiro my Journey😍😍 FRANCINE NIYONSABA MWESE MURAMUZI ariko mwari mubizi ko yagiye kwiruka muri CHAMPION D’AFRIQUE atiye ibirato umugenzi wiwe? Mwari muzi ko yarezwe na Nyina gusa mu bukene budasanzwe?? Kuba uyu musi yitwa AMBASSADEUR NI INTAHE IDASANZWE🥹 Ikiganiro kiraryoshe ariko kiratwigisha vyinshi ntikibacike🙏🏽 And please share it with your friends of family for us❤️
@user-wl2ys7ub3c
2 ай бұрын
Wampa nimero yawe
@damienbahenda4863
2 ай бұрын
Francine uri mu bantu uburundi bw'ejo burindiriye pour une jeunesse unie
@andikamagazine
2 ай бұрын
Well done @hosy
@kwizerazenon3696
2 ай бұрын
Ndashimiye @sirenvibtv kuri iki kiganiro. Sinagikwirikiranye nk'ikiganiro, nagikwirikiranye nk'icigwa (cours). Ndashimiye Ambassadeur Francine NIYONSABA kuba yemeye kwitanga nk'icigwa
@kwizerazenon3696
2 ай бұрын
Hari bēénshi ingabirano mva bwenge zabo zitaronka akaryo k'ukuja ahagaragara. Nayo ni intambamyi mu zindi, ituma hari abapfa umukeno. Hari ico twokora ico twokora nabo bakaronka ayo mahigwe?
Nakurikiye ibiganiro n'igishika cinshi. Félicitations Ku mutuumirwa wawe Francine dukunda cane Ndemeranya KO entreprises zitwarwa n'abakenyezi zifise succès kuruta izitwawe na gitsinagabo. N'ibihugu vyinshi biteye imbere usangamwo abategarugori a cut above mu nzego zitandukanye gushika no mu gisirikare. Honneur aux dames de coeur et d'essence. Muhezagirwe
@cadeauwatanga5686
2 ай бұрын
Komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🫶🫶🫶,wakoze kutuzanira @Francine Niyonsaba umu athlète wa mbere mu Burundi 🇧🇮🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
Пікірлер: 401