"Burya nta kintu kibi mu buzima kigoye kandi kibabaje nk'iyo umuntu mu gukura kwiwe canke mu busaza bwiwe yuzuye agahinda no kwicuza ku bintu vyo muri kahise adashobora gukosora, kugira imvi ku mutwe ariko wuzuye kwicuza ariko udashobora gusubiza imyaka inyuma ngo ukosore ibintu utagenjeje neza". Inyigisho za pasteur Marc KAGISYE mu masengesho yo gushimira Imana ariko abera mu Kirundo
- Күн бұрын
Inyigisho za pasteur Marc KAGISYE mu masengesho yo gushimira Imana ariko abera mu Kirundo
- Рет қаралды 10,153
Пікірлер: 25