Iyo nyubakwa ngo yubatswe ku miriyaridi 17 uburyo bwegeranijwe mu bakristo igihe kirekire ;yubakwa mu myaka itandatu gusa. Vyashikirijwe n'Umwungere wambere w'Ishengero rya Pentecote ry'Ibujumbura. Kar'akanyamuneza kenshi ; umviriza uko ibirori vyabandanije
- Күн бұрын
INYUBAKWA EBENEZER PALACE YUGURUWE KU MUGARAGARO NA NYENE ICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU
- Рет қаралды 1,337
Пікірлер