#Burundi: Intwazangabo zo mw'ishure Kaminuza ryo gutwara no gutegekanya ivyerekeye ingabo #ESCEM zaragendeye kuri uno wa mbere ahariko hubakwa inyubakwa zigereretse z'uburaro muri quartier #Miroir mu #Kiyange nazo zikaba ziriko zubakwa na #UBAKANATIONGROUP zikaba zari zashimye kuja gutera intege umwe mu rwaruka rw'abarundi yazanye ico ciyumviro co guteza imbere igihugu mu bijanye n'uburaro.
- Күн бұрын
Iyo igihugu kigize inyubakwa nziza kiragira ishusho nziza kandi ni kimwe mu vyozana ingenzi.
- Рет қаралды 8,622
Пікірлер: 28