Igiteramwo co gutwenza 😂 Kigingi yakoze i Buruseri cari citabiriwe n'abantu benshi bavuye mubihugu bitandukanye. Ubuserukizi bw'Uburundi mububiririgi buka bwarahishikiye. Big Fizzo akaba ariwe yamwakiriye kuri Stage mukuririmbira aba fans. Kigingi aratwiganira umunezero afise, aho abona umwuga wiwe ugana eka n'ivyipfuzo vyiwe
Негізгі бет Ойын-сауық #Kigingi
Пікірлер: 21