Funny uzokosore aho uvuga impano si ikirundi mu kitundi ni ingabirano,urumva ko Kihingi abizi ko ari ingabirano.Utaza urigana abanyarwanda
@DjFanny257
5 жыл бұрын
Janvier Manirakiza urakoze
@ezechielnduwimana4332
5 жыл бұрын
komera kigingi kungoma bar Gitega turagukeneye.
@eliegirukwishaka8585
5 жыл бұрын
bien sana nakubali
@abcdefgger
5 жыл бұрын
Kigingi ndagikundaaaa
@salehhussein8428
4 жыл бұрын
Akupenda ajili ya mungu
@nizigiymanagedeon8702
4 жыл бұрын
Inkwakuzi yubushushe iribagirako nubuhoze buryoha😂😂😂urakoze fanny niryambere ndawumvise pe
@Bkn.257
5 жыл бұрын
J'étais surpris de voir une vidéo de mon pays dans mes recommandations big up burundi
@nimbonabertrand9090
5 жыл бұрын
ufis philie apan phobie hahaa anyway urakundwa kigingi big up
@billylovebilly9418
5 жыл бұрын
Uyu mupapa ndamukunda akunda kunwenza sana kabisa
@Steve_b9
5 жыл бұрын
Kigingi ni sawa kbsa ni kuja kwiga kugira usununure ubumenyi ni vyiza! Hanyuma fany naw raba wige journalisme si ikirenga kko "gukundwa na benshi" si "kuba uwambere" kandi wige ikirundi na cane cane insigarirazina "ati,bati,muti,nti,..."ntibiryoshe kwumva ikirundi kivugitse nabi
@cedrickingabire5529
4 жыл бұрын
Ati unsanga ndaha🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂
@Jesseakumwami
5 жыл бұрын
Ndagufana
@ndayisengacyriaqueofficiel9856
5 жыл бұрын
Komera sha kigingi
@laurentlazaro9268
5 жыл бұрын
Following from Tanzania You are super kiging
@billylovebilly9418
5 жыл бұрын
Hahahaha ataree kigingi wekiboko kabisa
@aniketosanicetciza2897
5 жыл бұрын
King, love u so much!u make me happy
@donarldjerry94
5 жыл бұрын
Karibu sana muri Australia kigingi. Tuzokwakira kandi turagukunda🇧🇮🇧🇮
@djparfait5248
5 жыл бұрын
Donarld Jerry muzonyakire nanje
@donarldjerry94
5 жыл бұрын
@@djparfait5248 niwaba ukora comedy nawe nta kibazo. No, twe twakira bose nawe urahawe Ikaze. Abarundi nabarundikazi naho tutaba i Burundi turabakunda kuko mudufatiye icatuvyaye. Ngwino murisanga aharumurundi hose ni I Burundi
Пікірлер: 160