Hahaha Haha, La Reine Gaga # Umwana. Muraraba rero mudukorere akantu ensemble mbona muhuriye kuri vyinshi
@angemarleneitonde9797
Жыл бұрын
Courage courage 🎉🎉
@godswonderstv797
Жыл бұрын
Gaga ndagukunze vraiment! Hama aba Pam Channel tv murampimbara ibiganiro muduha. Mwarahezagiwe cane
@mireilleirakoze7676
Жыл бұрын
That's my Gaga...Umutima munini canee..❤❤❤
@alicenduwayo8398
Жыл бұрын
❤❤❤
@dushimemilka1696
Жыл бұрын
Ibintu birashushe na maman p't solidaire 🎉😍
@dethyirankunda6093
Жыл бұрын
big up mama salidaire
@mizerocarmengloria9913
Жыл бұрын
Ka mama❤️💙
@huguettempinganzima-5814
Жыл бұрын
Iyo émission yari intéressant muga habuze umu journaliste azi kubaza😊kko hari abamubonye irya mbere ntibazi qui est vraiment gracia ntituzi nigihugu abamwo yatanze instagram hari abatayikoresh coe ataba ds son pays natale haba hariho au moins nkabangahe aba yarasize kugira babikurikirane ariko ntana numéro yigeze atanga..
@belysendayikengurukiye3420
Жыл бұрын
J'aime trop vos émissions 😙🤗❤️
@mbabazifoundation7641
Жыл бұрын
Ni gute nshobora ku join aba Grand solidaire?
@dethyirankunda6093
Жыл бұрын
Babanze Boge
@semnisubire4674
Жыл бұрын
Kukayi keza,muganira neza.
@mbabazifoundation7641
Жыл бұрын
Yoooo abo baba bafunze?!!! Gute?! Comment??!!!
@hawajuma1869
Жыл бұрын
Mwonduha numero yuwo mwigeme nukuri nj numva mukeneye muzonduhe iyo numero
Пікірлер: 18