Herbert NTWARI ni umurundi yabaye imyaka igera kuri 10 muri Canada, hama arahitamo gutaha mu Burundi, aca arashinga umugambi w'iterambere mu gisata c'imyidagaduro. Uyu musi nyuma y'igihe gito atanguye uyo mugambi afise amasoko y'amasihamwe akomakomeye mu Burundi. Kurikirana ikiganiro twagiranye nawe utahure ibanga ry'iterambere ryiwe.
- 4 ай бұрын
#KuKAYI : Yewee Umu diaspora yatashe aturyanye i dili Bujumbura
- Рет қаралды 9,495
Пікірлер: 22