Queen uravuga nk'umunyabwenge yameny'Imana. Murwize ibiganiro nk'ivyo bizofasha benshi. God bless you
@queennyeniteka2665
4 ай бұрын
Murakoze cane
@jeaninehan
3 ай бұрын
Abo ba mama bari sage 👍
@bigirimanaesperance8485
4 ай бұрын
Le terme égalité renvoie à l'égalité en matière de droits: égalité d'accès et égalité de jouissance. Sinon, les rôles diffèrent même biologiquement c'est connu.
@elysenijimbere3555
4 ай бұрын
Wewe Urashobora kuba uri umu juriste ndavye.
@edwigejinama5282
4 ай бұрын
Waouuuhh ikiganiro ciza cane ...merci Pam Channel TV
Oooh,abo ba dames baraciye ubwenge ivyiyumviro vyabo biri à la hauteur 😊😊😊😊
@benithalamadonnairakoze381
4 ай бұрын
Ukuri kw'ijambo ry'IMANA, la vrai Fondation. Imana ishimwe canee kubakozi b'IMANA badusangije ukuri gukwiye kandi kuri balancée.
@queennyeniteka2665
4 ай бұрын
Amen
@ThanksPolan-zp7uo
4 ай бұрын
Soyez bénis ba mama beza bubwenge
@user-kw3nk4iu1j
4 ай бұрын
Abagore turakomey cn❤❤❤
@clarissabellaterimbere6073
4 ай бұрын
ikiganiro ciza😊
@gladysnishimwe1667
4 ай бұрын
Merci beaucoup, mubivuze neza cane
@pamchanneltv1502
3 ай бұрын
Merci à vous
@steffy_keina
Ай бұрын
Salut! Ndakunda cane cane vos emissions mais petite suggestion. La musique est un peu forte pendant l’emussion et je dirais c’est mieux peut-être que la musique soit juste à l’intro. Merci sinon couragee❤️
@burundishallsmile1day109
27 күн бұрын
Basha Ikiganiro kiri Très Très Feministe.abatumire banyu bavanga Idées politique, Idées culturelle ,Idées Sociale na Idées réligieuse😊😊🤔 ntibivangwa,aho niho bizingiye! Hama Madame Pamela,kuba Umugore atwara Inda Amezi 9 nta Buhizi burimwo! bivuga ko uyo Mugore afise Ibihimba bikomeye bikora uko bikwiye gukora! Ibaze guhaya Umugabo kubera yameze Ubwanwa canke guhayagiza Ifi ko izi kwoga!! Inyoni ko iguruka! Ikiganiro,gishingiye k ubumalayika bw Abagore nk uko abagabo ari abacinyiza abagore atakindi bakora Umengo Umugabo aravyuka akavuga ngo je mvyutse Umugore nzoza ndamuhohotera!😢 Oooh! Les Anges moderne😊
Пікірлер: 19