#Makamba:Umurundi wese ashikana imyaka 18 akwiye kumviriza no kuraba iyi Video
@AgaciroMediatv257 twari twagendeye Umurimyi w'umwuga asanzwe ari n'umugwizatunga mugisata c'Uburimyi
aho yerekanye ivyokorwa kugira Ubukene buhere mukanya gato
ni Mr Alexi batazira WAJAMA akaba yarashinze Ikigo kigwiza imbuto Acita WAJAMA CENTER murako karere ka BURAGANE
wipfuza kumuvugisha:+257 79 95 10 89
#agaciromedia_68013513
#ibangaryabatunzi
Негізгі бет #Makamba
No video
Пікірлер: 37