Nukuri ukuntu nari ndainyitewe ndaitinze yugurutse mbona vyukuri abakunda uyi série ya Mario tumenyane ntimurengane mutambwiye akantu kugira tumenyane respecter ihuriro TV
@mrsamir3250
3 жыл бұрын
Muyihejeje nabi 😯😯
@twizerimanadiallo2015
2 жыл бұрын
Yoooh vmt big-up kuva nakagenda nubwambere mbonye film indyoheye.
@سلمىبوروندي-و7ذ
3 жыл бұрын
Sha murarenze pe nimwirambire
@mutesiadelphine9740
3 жыл бұрын
Nukur ndakunda famba na camamare jtm bcp 💞 courage team mario
@iciel6
3 жыл бұрын
Kimwe turashimye uko twabonye Mario series ariko iheze tutabonye iherezo yukuntu Danny yamenye urupfu rwa se tuvyitege komuri kudutegurira series 2 kugira dutahure
@azzaalharthi6731
3 жыл бұрын
Famba nokwishinga nofa😀😀😀😀😀😀😀😀
@hakizimanageorges8753
3 жыл бұрын
Karibu sana mwari mukumbuw pe gusa pore sana kubari babuze ababo
@claireuwizeyimana5767
3 жыл бұрын
😂😂😂😂 ndapfuye😂😂ng mumwice ntimumuhushe😂😂
@sbaytsyba5166
3 жыл бұрын
Wooo😂😂😂😂😂
@nicegege5478
3 жыл бұрын
🤣🤣🤣umugore na nyoko canke umugabo na nyoko😂😂😂🤣🤣🤣
@divineniyonsenga7189
2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂famba NA Dany vrt ntimuzobahindur kuko filme yocibiha
Пікірлер: 270