Yesu ni muzima ahindura vyose akakugira mushasha ataravye kahihise kawe,n'ibindi, abamwakiriye t'umugumeko,abataramwakira nabo ni iki gihe mu mwakire hari ivyo yohindura muri mwebwe Amen
@Kevin-qg3iu
6 күн бұрын
Murakoze cane kubw iki kiganiro, kubw'iy'intahe Yeremiya 1:5-10 Elle est une servante de DIEU Merci aussi à maman vrmt Icubahiro coose kibe ic'IMANA
@Fitbdi
28 күн бұрын
Ntusa numuntu yoba mubi, waramaze kuba mwiza. Keep that pure soul shinning
@mutembayirealine5935
28 күн бұрын
Ndabashimiye ku bw'iyi ntahe, njyewe najyaga nkarira abana cyane rwose,ariko ubu hari isomo nkuyemo kubera uyu mubyeyi ryo kuba inshuti na bana ndetse no kubaganiriza aho kubakubita nkuko najyaga mbikora.Murakoze cyane ❤
@lysefannykaze9818
26 күн бұрын
Icubahiro coose kigaruke ku Mana warakoze Lacia guha Yesu ubugingingo bwawe ntuziger uvyicuza na rimwe ham kandi na Maman Imana imuhezagire cane kuba yaragufashije mururu rugendo
Amen amen, wahisemwo inzira nziza yo gukurikira Yesu Kristo.Pamela nawe Yesu aguhezagire kubw'igikorwa ukora.lsengesho ry'umuvyeyi
@pamchanneltv1502
Ай бұрын
Urakoze cane🙏
@iradukundajimmy-thierry7930
28 күн бұрын
Uwu muvyeyi n'Umuhizi
@Barca788
Ай бұрын
She is beautiful and wise
@user-du1jf2yz8w
Ай бұрын
intahe yawe iramfashije
@Kirisu
Ай бұрын
Wow Odetta wanje ndagukunda cane
@CynthiaIradukunda-s1y
28 күн бұрын
Uyu muvyeyi yareze abana nk papa 😅 urandika amakosa hama ukaca umwemerera k utazosubira😢ntiyagukubita cane
@Eric-wi7je
Ай бұрын
Umukama akura kure ncuti
@IradukundaJosélyne-q6w
7 күн бұрын
Ishimwe ku Mana yacu yadukirije umwana mbere no kuri we yemeye gusenya irigara agahinduka agaheba abagenzi babi.Cette maman là est vrt brave ,ndamwisabiye Aka numéro Wats UP ico anyifashiriza.
@RachelKIREZI
Ай бұрын
Maman lacia Imana imuhezagire vraiment.
@user-tg4mq4iq6r
Ай бұрын
Uyu mumaman ni umunyabwenge
@user-hk5qp6pp7x
Ай бұрын
Yoooo mama kiki sha,mama wanyu ndamuzi can knd kuva kera twarabanye numufasoni arenze umurwaneza
@dzelbahnijmb1765
Ай бұрын
Aba bantu beza bazogaruke kuko biraboneka ko bagifise vyinshi vyo kudusangiza.
@KercyIteka-qt2qm
Ай бұрын
❤❤❤❤
@kanyambocarmenclarette633
Ай бұрын
Cette maman est vraiment formidable ❤
@Blackguy2907
Ай бұрын
Muchuchuuuuuu love uuu❤
@ProtaisNIBOGORA
Ай бұрын
Waooo.
@sese667
Ай бұрын
Ikiganiro ciza caaneee, merci beaucoup Pamela ! Hama, veuillez svp changer le logo Twitter, maintenant c'est X ...
@clairendayikeza2895
Ай бұрын
Merci Lacia, merci beaucoup à Maman Lacia.
@pamchanneltv1502
21 күн бұрын
Merci à vous
@niyonzimajeanine2910
Ай бұрын
Courage maman
@kavaofficial203
Ай бұрын
Merci beaucoup pour ta témoignage ndagusunikiyeyo muri Kristo uhagumemwo na canecane abavutse ubwa kabiri hama mbona musa numuririmvyi yitwa Vania Ice ntaco mufana?
Пікірлер: 111